El.Mondial 2026: Umurwi Nserukiragihugu w 'uburundi n'uwa Cote d'ivoire batanguye imyimenyerezo ntivyoroshe




umurwi nserukiragihugu wa Cote d'ivoire watanguye imyimenyerezo muntumbero yo gutegura urukino uzokina n'umurwi nserukiragihugu w'Uburundi(Intamba Murugamba),nurukino rwiteguriwe cane aho ata murwi n'umwe wipfuza gutakaza inota narimwe,aho mumyimenyerezo biboneka ko imirwi yompi iriko iragerageza gukoresha inguvu nyinshi,kugira umusi wagatanu hagere abakinyi biteguye neza,kuruhande Rw'Uburundi n'ubwo abakinyi benshi batumweko bataramenyerana Umumenyereza aremeza ko umurwi ariko arategura ati nubwo utoja mugikombe c'isi(FIFA Word Cup) ica Afrika muri 2027 ategerezwa kuhashika kandi umurwi ukavyifatamo neza.

izi nkino nizimwe ziri murutonde rwo gushobora gutegura umurwi neza kubw'igikombe ca CAF 2027,bimwe mubivurwa n'abakunzi bumurwi nserukira gihugu INTAMBA MURUGAMBA,ati aha niho tuzomenyera ko vyukuri tuzoja muri CAN,nimba umurwi uzovyitamwo neza murukino rwa Cote d'Ivoire ,kukoniwo murwi woba ufise amateka akomeye cane murukino rwamaguru muri afrika,ati kwifata canke kugerageza bizoduha icizere ko imbere ariheza atiko canke umumenyereza yohindura umurwi ukundi.

mumurwi wa Cote d'ivoire abakinyi benshi barashoboye gushika kumyimenyerezo kandi mubatumweko benshi baramaze kuhashika. abitwa ba  Mohamed Koné, Evan Ndicka na Mohammed Baba bashitse ijoro, Badra Ali Sangaré akaba ariwe ashika ubwanyuma

Abarundi itsinzi bariteguriye urukino.



Plus récente Plus ancienne

Fashion & Beauty