Burundi 5 vs 0 Seychelles: Mbega intsinzi y'Intamba yoba ariyo yoduha Umwizero ko hagiye kuba impinduka nini mubihe biri imbere?


 Urukino rwabaye itariki 25/03/2025, ruhuza umurwi nserukiragihugu W'uburundi  n'Izinga rya Seychelle n'urukino rwagaragayemwo gusatira gose kw'umurwi nserukiragihugu w'Uburundi,kuburyo hashoboye kuboneka imipira Ivamwo ibitsindo itari mike. Nubwo muntango abakinyi b'Intamba bononye imipira itari mike ,inyuma y'igitsindo cambere harabaye ihinduka rinini kuburyo abakinyi hafi nkabose b'intamba murugamba bakangutse bagatangura gukina badatakaza imipira nkuko vyatanguye. Amanota menshi y'Intamba mugusatira vyahavuye bivamwo ibitsindo 5,kugezaho umupira umwanya muremure waguma uri kuruhande rw'uburundi.

Nkuko vyamye umurwi w'izinga rya Seychelle kuvakera wamye utsindwa ibitsindo atari bike . nkinkino nyinshi Uburundi bwakinye na Seychelle ibitsindo bitari bike, aho kurino ncuro bigera kuri (5).

Abakinyi nka GIRUMUGISHA Jean Claude na Liongola,Waymens,Caleb,Bienvenue KANAKIMANA,Claus...barerekanye urukino rwiza cane barabangamira ba myugariro ba Seychelle, kuburyo habonetse amakosa menshi ,namakara y'umuhondo menshi kuruhande rwa Seychelle.

Tubibutse ko abakinyi batsinze 


Incuro bamaze guhura n'intsinzi

Rencontres

Bangabandhu Gold Cup - Groupe B - Groupe B - 2020

18 Janvier 2020BurundiBurundi3 - 1SeychellesSeychelles


Eliminatoires - Zone Afrique - Premier Tour - Premier Tour - 2015

13 Octobre 2015BurundiBurundi2 - 0SeychellesSeychelles
7 Octobre 2015SeychellesSeychelles0 - 1BurundiBurundi


Eliminatoires - Zone Afrique - Groupe 9 - Groupe 9 - 2007

6 Septembre 2008SeychellesSeychelles1 - 2BurundiBurundi
1er Juin 2008BurundiBurundi0 - 0SeychellesSeychelles



1)mbega Umwizero kumurwi nserukira gihugu Intamba woba ugiye kuboneka,kubihweje urukino rwabaye ,mwoba mubona ko umumenyereza Patrick sangwa Akwiye kwiha icizere ko yaronse umurwiyipfuza?



Plus récente Plus ancienne

Fashion & Beauty