Benshi barindiranye igishika urukurikirane ry'indirimbo z'umuririmvyi aserukira abandi baririmvyi bose bo mugihugu c'uburundi ,bivanye nubunyamwuga abikorana kandi akaba ari umuririmvyi yabereye icirori urunganwe rutari ruke bivanye n'ukwo atigera ava kugihe,burigihe asohoye indirimbo usanga benshi bagira ico bashikirije,murukurikirane rw'indirimbo agiye gushira ahabona rugira gatanu,
Yarwise izina 777
aho tubonamwo nindirimbo yashoboye gusubiramwo aririmbana z'umuririmvyi rurangiranwa wo muri tanzaniya Harmonize,yitwa Umudodo,na Mélanine Boy yitwa Niwe nshaka.
Benshi bakaba barurindiranye igishika cinshi.kuko ari umuririmvyi yemewe kandi yamye abera akarorero abandi.
Ubutumire ni itariki 15/11 kumbuga ziwe.