50 CENT: Abagabo ntibatinya umugore yashoboye kwiyubaka ahubwo batinya ko..

Umuririmvyi 50 CENT nkuko asanzwe amenyerewe mugushikiriza amajambo y'inkora mutima na cane cane ahanura Abagabo mukugira imitwarire imbere yabagore canke abakobwa,
Amajambo aheruka gushikiriza kumbuga ziwe avuga ati :"Biragoye kubona umugabo atera canke aterwa n'ibimaramare kuko umugore wiwe akenye,kuko kenshi atitaho kubukene canke igihagararo afise,canke ngo abimwibutse ko akenye.ariko Umugore iyo atunze ntashobora kwubahuka nokuramutsa umugabo akenye amwibutsa ko batakiri kurwego rumwe."
Umugabo ntabwo yitayeho kuba umugore ariko aragera kuntambwe nini canke amatungo ico yipfuza gusa nuko yubahwa conyene.
 raba aho muherereye ingene abagore bafata Abagabo kuko babasumvya amahera n'ubushobozi
Mwongere murabe Abagabo ingene bafata abagore batagira amahera canke basumvya ubushobozi.
Incuro nyinshi uzosanga hari itandukaniro kandi kinini.
#50cent
#news
Plus récente Plus ancienne

Fashion & Beauty