Umuririmvyi SAT B yagaragaje kurubuga rwiwe rwa Facebook n'izindi igiteramo agiye gukora mugihugu c'ububirigi,bikaba vyamaze kuja ahabona aho imyiteguro ndetse nibikorwa vyo kurondera vyangombwa bizomushikana mugihugu c'ububirigi twofata ko biri kumusozo,ariko kuva muri ino mwanya ntituramenya ibiteramo ashobora gukora kumugabane wa Buraya kuko tumenyereye ko kenshi usanga hari abaca bategura ibindi biteramo vyihutirwa bigatuma bica bibandanya tukaba twarabibonye kuri ba DRAMA -T Ba BILLIMAN BOY,eka nawene igihe aheruka mugihugu ca Swedden,benshi bariteze ico giteramo aho n'amatike vuba atangura kugurwaÂ
Ivyo benshi bavugako ari urundi rwego Sat B agezeko kuko yari yaraciye mubihe bigoye arondera Visa Ikabura.
Ariko ubu akabona ko imiryango yugurutseÂ
#viral
#satb
#france24