SAT B:Ubu Umuririmvyi arasohora indirimbo zibiri akagura imodoka izimvye,ehe ibanga SAT-B Yakubwiye😲

🔴 « Nibaza yuko unomunsi bidasaba gukora cane kugirango uterimbere. Unomunsi Drama T arakora indirimbo zibiri akaba afise imodoka nziza. Ariko jewe Sat-B muri 2010 nakoze cane imyaka ibiri, gushika muri 2012 nta modoka nari mfise. Nagiye gutunga imodoka muri 2019. Bisigura yuko unomunsi bidasaba , umwanya munini canke struggles , ari naco gituma bitaramba. Ariko iyo ugize struggles biraramba. Nk’umuririmvyi, gerageza uronke ikintu ukiruhiye ». Vyashikirijwe na Sat-B mu kiganiro yashikirije kuri Magic Channel Tv.

#lesbeautesdecheznous #akezanet #music #Burundi
Plus récente Plus ancienne

Fashion & Beauty