Gukunda umukozi wawe sibibi nogukundwa numukoresha wawe sibibi Ruja aho rushaka - Urukundo ❤️
Davido Yaraye arongoye umukozi wiwe Barushinze Uyu mugore arongoye yahoze Arumukozi wa Davido Baza gukundana mwibanga none barubakanye Davido yahaye Umugore wiwe impano yimodoko igurwa Ibihumbi 37.200$ vyamadorari Mumarundi hafi imiriyoni 223 nibihumbi amajana abiri.
Ubwoko bwimodoka GAC MOTOR - G8 PRO 2025. Mukozi niwatongozwa na Boss ntuzokwanke shaaa kandi nawe boss ukabona umukozi wawe aricuki mutongoze tu ntakabi.