Umuririmvyikazi NATACHA BURUNDI ariko arabica bigacika kumbuga Nyinshi inyuma yo Gusohora indirimbo yiwe nshasha N'Umuririmvyi JAIVAH aturuka mugihugu ca Tanzania yiswe AKANYUMA ,aho benshi ukwo bari bayiteze batasanze arikwo iri ,ahubwo akaba ari indirimbo ifise amajambo atomoye kandi avuga ukuri yubaka,benshi nkuko bisanzwe bamenyereye utuntu akunda kuvuga mubo twashoboye kwiyumvira bari bibaza ko coba ari igishegu nkuko benshi bakunze kuvyumva mundirimbo nyinshi zakino gihe,ariko baka baratangajwe nuburyo Indirimbo iryoshe kandi ikanagira n'amajambo atomoye.
tubibutse ko NATACHA afise iyindi Collabo yaheruka Gusohorana N'umuririmvyi wumunya KENYA
Khaligraph Jones Yitwa yote.bikaba vyatumye abakunzi biwe baguma biyongera kumbuga.Bivanye n'ibikorwa ariko arakora muri ino misi.
NATACHA BURUNDI ninumuririmvyikazi Atigera acika intege aho tuziko benshi bagiye barabiheba atamyaka 4 canke 5 usanga bamara mumuziki ariko wewe kaba amaze igihekinini cane.Tumenyereye benshi iyo bibarutse baca bahagarika Umuziki bakitaho Ivyumuryango ,ariko NATACHA wewe yongereje Umuvuduko kandi,biragenda neza.
Abashaka Gukurikirana Indirimbo yiwe ngiyi.
AKANYUMA by NATACHA ft JAIVAH/Official Video
Ngiyo VIdeo Yose Ngaho mushobore kumushigikira