Â
Mundirimbo ziwe, iyashoboye kuja mumarushanwa nizindi ni ''KOMASAVA'' indirimbo yakunzwe cane muri afrika eka no kwisi yose,aho kumbuga zizwi vyabonetse ko benshi bayikunze mugukora utu video dutoduto ivyo bita ama ''Challenge''.
Muvyatumye adashobora kuronka ako gashimwe ka Grammy award nuko ngo indirimbo yiwe yashoboye gukunda muri afrika gusa ngo hanse ya Afrika ikaba itashoboye kugeza kurugezo rwo gushobora gutsindira ako gashimwe.
bivanye nuko ngo iyo ndirimbo kwisoko ry'umuziki itashoboye kugurwa cane ,aho naho ni I America ni ibulaya.

muvyo Abatanga Grammy award baraba kugira ngo uronke ako gashimwe, harimwo kuba Indirimbo yanditse neza kandi ikaba ifise nubutumwa yisangije,kandi ikanakundwa cane.
Diamond ngo Afise ingabire ariko ngo imiziki yiwe ntiragera kurwogo rwo gutwara Grammy Award
ngo afise Igikundiro muri afrika ariko hanze ya afrika sibenshi bakunda kumwumviriza canke kumukurikirana.Â