mukiganiro yatanze kuri Chaine ya Akeza Net,bivanye ningendo abaririmvyi bamaze imisi bafise usanga badakora ama clip nyezina ariko bagakora ivyo tubona benshi bita ngo(Vizualizer)ngo kuri kenshi nugutesha agaciro indirimbo ngo kubera idashoka ngo ije kurwego mpuzamakungu,kandi benshi muribo usanga banakoresheje ama telephone,ahubwo we abona ko ari kubura amahera bagahitamwo kubikora kurya ngo bigaragare ko ari ibigezweho.ariko bigatuma indirimbo zabo zidashobora kwerekana kuma televiziyo mpuzamakungu,ngo kandi hari nabo usanga bisa nabi gose,kandi kuribo ntibokwitwaza ngo biraharawe ahubwo ko bovuga ko arivyo bashohoye ataburyo bwo gukota Camera canke kuriha Clip,
tubibutse ko afise na lencema officiel yindirimbo yiwe nshasha kumutwenzi.itariki 23/02/2024
hakazoba hari abaririmvyi benshi nka Double jay;Kilikou,Drama T,We Love Music,Mok'nzi,N'abandi.